CHIRO Ruyigi

CHIRO Ruyigi ugusangira urugendo twatanguye gwukugendanira yezu kristu

06/03/2021
15/02/2021
13/01/2021

Twirinde Corona 🇧🇮🤜🤛

Nyuma y'ingingo ziheruka gufatwa n'abarongoye amakomine ari mugisagara ça Bujumbura zibuza abigeme n'aba mama kwitura intwaro bambaye ijipo ngufi n'abagabo ikabutura n'a singlet ndetse ko bategerezwa kuba bambaye udufukamunwa 😷

👀Izindi zikwirikiye nkuko bishikirizwa n'umuvugizi w'ubushikirangaji bw'umutekano ,intwaro yo hagati n'iterambere ry'amakomine abunguruza abantu barinze kurihisha (chauffeur,motar,taxi_velo) basabwa kuba bambaye udufukamunwa guhera kumusi w'ejo igenekerezo rya 13/01/2021 kumwe n'aba clients babo

Ukunda uburundi n'abarundi gira j'aime n'a partage tubisangize incuti tutibagiye gusenga cane

Amen yawe irakenewe kugihugu cacu ciza

09/01/2021

Watch my new hit KUMBE KUMBE FT BAHATI click the link below...

21/04/2020

URACHAKA KUMENYA UBUZIMA BA yohani bocko

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when CHIRO Ruyigi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category